Devoir de diligence. Le Billet est un document de valeur. Il incombe au Passager de prendre toute mesure pour que le Billet ne soit ni perdu, ni volé, ni détérioré.
Devoir de diligence. Le travailleur s’engage à accomplir avec diligence et conscience les tâches que lui confie l’entreprise de mission.
Devoir de diligence. 3.5. Par diligence on entend que le courtier ou l’agent ne doit pas diminuer la prudence à laquelle il est tenu professionnellement.
Devoir de diligence. La Banque s'engage à protéger les actifs qu'elle tient en lieu sûr avec le même degré de diligence que pour son propre actif. amafaranga n’ibice kw’ijana vy’igikorwa ico ari co cose c’uguhanahana amafaranga caranguwe n’Umunywanyi c’umunywanyi. Umunywanyi araronswa n’Ibanki inkuru zerekeye amafaranga yose asabwa mu kurangura ibikorwa canke ay’uduhembo ku vyaranguwe yiyongera ashobora gusabwa hisunzwe amasezerano yagizwe. Umunywanyi aratahura kandi aremera ko Ibanki ishobora kurihwa n’abandi bantu amafaranga yo mu buryo ubwo ari bwo bwose canke utundi turusho tw’amafaranga. Ayo mafaranga irihwa ashobora kuba afatiye ku rugero rw’amafaranga bashize mw’ibanki canke agashobora kuba afatiye ku rugero rw’ibikorwa vy’uguhanahana amafaranga vyaranguwe n’abanywanyi. Umunywanyi aremera ko Ibanki ishobora gukoresha n’ukugumya ayo mafaranga irihwa ku bikorwa yaranguye hejuru y’ayarihwa n’umunywanyi ku xxxxxxx xxx xxxxxxxxxxx x’Xxxxxx, xxxxx ntasubira kurihwa n’Umunywanyi. Ibanki ntitegerezwa kumenyesha amafaranga yarishwe ayo ari yo n’igitigiri cayo. Imbere y’ukurungika amafaranga, umunywanyi canke uwo yahaye ububasha ategerezwa kumemya ko kw’ikonte yiwe ngendanwa IBBM+ hariko amafaranga akwiye. Iyo amafaranga ari kw’ikonte ari musi y’ayo ashaka kuriha canke y’igitigiri c’ayarungitswe, Ibanki ica yanka gushira mu ngiro igisabwa kurihwa canke kurungika amafaranga xxxxx xxxxxx ngendanwa y’umunywanyi IBB M+ irakurwako amafaranga asabwa ajanye n’ukumenyeshwa ivyakozwe.
Devoir de diligence. Le travailleur temporaire apporte tout le soin requis lors de l'utilisation du matériel, des installations, des machines et des outils qui lui sont confiés pour l'accomplissement de ses tâches.
Devoir de diligence. Le Client convient de se plier à l'ensemble des lois et règlements applicables régissant son utilisation des Données à caractère personnel, y compris, sans s'y limiter, ses obligations suivantes :